ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 10/13 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2011
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2013
km 10/13 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Inkuru y’Ubwami No. 38

“Ndiko ndagira uruhara mw’isekeza ririko riraba kw’isi yose ryo gushikiriza ubu butumwa buhambaye. Ubwawe ng’ubu.”

Ibimenyeshejwe: Kugira ngo muheture icibare, murace make. Yamara, rimwe na rimwe umunyamuhana yoshobora kugaragaza ko yashimishijwe vy’ukuri kandi yoshobora kwipfuza ko muganira. Nimba ari ukwo biri, urashobora kumubaza ico yiyumvira ku kibazo kiri hejuru, ukamusomera inyishu Bibiliya itanga nk’uko yerekanwa imbere muri ko, mukongera mukarimbura bimwe mu bigize ako gapapuro k’inkuru nziza, umwanya ubibakundiye. Imbere y’uko ugenda, numwereke ikibazo kiri ahavuga ngo “Zirikana kuri ibi bintu” inyuma kuri ako gapapuro maze muvugane umusi wogaruka kugira mukiganireko.

Umunara w’Inderetsi 1 Gitugutu

“Tubagendeye muri make kugira tubaremeshe gusoma Bibiliya. Turazi ko hariho abantu bitaho Bibiliya; ariko abandi ntibayitaho. Wewe ni gute? [Rindira yishure.] Bibiliya iremeza iki kintu. [Soma 1 Abatesalonika 2:13.] Ndibaza yuko wemera ko nimba ari ivy’ukuri yuko Bibiliya ari igitabu kiva ku Mana, bibereye rero ko tugisoma. Iki kinyamakuru kirigana muri make ivyo Bibiliya ivuga be n’igituma dukwiye kuyitaho.”

Be maso! Gitugutu

“Nashaka kumenya ico wiyumvira kuri iki kibazo: Vyoba bishoboka ko tubumbwa n’ivyo dufise kandi tudatunze ibintu vyinshi? [Rindira yishure.] Raba ico Bibiliya ivuga. [Soma 1 Timoteyo 6:8.] Iki kinyamakuru kirerekana ingene twobona mu buryo buri ku burimbane amatungo kandi kiraca irya n’ino ibintu bitatu amahera adashobora kugura.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika