ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 1/15 rup. 3
  • Kubera iki woca ugenda udatebaganye?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki woca ugenda udatebaganye?
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ivyo bijanye
  • Ingene amakoraniro yo gusohoka mu ndimiro yoshitsa intumbero yayo
    Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Inyishu ku Bibazo Vyanyu
    Igikorwa dukorera Ubwami—2001
  • Woba uriko urarangura ubusuku bwawe bimwe bishitse?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • Niwungukire bimwe bishitse ku makoraniro yo gusohoka mu ndimiro
    Igikorwa dukorera Ubwami—2006
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 1/15 rup. 3

Kubera iki woca ugenda udatebaganye?

Igihe turi mw’ikoraniro ryo gusohoka mu ndimiro, tuba turi mu bavukanyi bacu. Ni ibisanzwe rero ko twipfuza kuyaga na bo. Ariko rero, iryo koraniro rirangiye, turakwiye guca tugenda mu cibare tudatebaganye. Igikorwa cacu co kwamamaza kirihutirwa. (2 Tim. 4:2) Uko turushiriza guteba, ni ko umwanya twari kumara mu busuku urushiriza kugabanuka. Turaronka uturyo twinshi two kwifatanya n’abamamaji bagenzi bacu mu buryo bwubaka igihe dukorana na bo mu busuku. Duciye tuja mu busuku tudatebaganye, tuba twerekanye ko turi abanyamwete uko dushumbira Yehova n’Umwana wiwe.​—Rom. 12:11.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika