ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Ruheshi rup. 8
  • Ubwami buramaze imyaka 100 buganza

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ubwami buramaze imyaka 100 buganza
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • “Ubwami bwawe nibuze”​—Igisabisho kivugwa n’abantu amamiliyoni
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2020
  • Ubwami bw’Imana ni iki?
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Nimwigenze nk’abatwarwa b’Ubwami!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Ubwami bw’Imana bwoba buri mu mutima wawe?
    Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Ruheshi rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ubwami buramaze imyaka 100 buganza

Umuduga usamiriza amajwi, Ivyabona vya Yehova bariko baratumira abantu ku nsiguro, Ishure rya Gileyadi, abitavye ihwaniro

Abipfuza kuba abatwarwa b’Ubwami bw’Imana bakwiye kumenya ibishoboka vyose ku bijanye n’ubwo Bwami be n’ivyo bumaze kurangura. Kubera iki? Biratuma barushiriza kujijuka ko Ubwami bw’Imana buganza, bikanabavyurira umutima wo kubwira abandi inkuru nziza y’Ubwami bw’Imana. (Zb 45:1; 49:3) Uko urorera videwo ivuga ngo Ubwami buramaze imyaka 100 buganza, rondera inyishu z’ibi bibazo:

  1. “Urukurikirane rw’amafoto yerekeye ivy’irema” rwafashije gute abaruravye?

  2. Iradiyo yakoreshejwe gute kugira abantu bumve inkuru nziza?

  3. Ni ubundi buryo ubuhe bwo kwamamaza inkuru nziza bwakoreshejwe? Vyavuyemwo iki?

  4. Ni ukumenyerezwa kwiyongereye ukuhe abamamaji bagiye bararonswa?

  5. Ni inyigisho nziza iyihe abanyeshure b’i Gileyadi baronkejwe?

  6. Amahwaniro yafashije gute mu bijanye no kwigisha abasavyi ba Yehova?

  7. Ni igiki kikwemeza ko Ubwami bw’Imana buganza?

  8. Twoshigikira gute Ubwami bw’Imana?

Igitabu Ubwami bw’Imana buraganza! kizokwigwa mu Nyigisho ya Bibiliya y’ishengero guhera mu ndwi itangura ku wa 19 Nyakanga 2016

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika