ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb16 Myandagaro rup. 8
  • Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ivyo bijanye
  • Nuhumurize abatuntuye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • ‘Duhoze abagandaye bose’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Ingene imana itanga uruhoza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
  • Duhumurize abafise imitima imenetse
    Igikorwa dukorera Ubwami—2007
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
mwb16 Myandagaro rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Isekeza ridasanzwe ryo gutanga Umunara w’Inderetsi muri Nyakanga

Umunara w’Inderetsi No. 5 2016 | Ni hehe wokura uruhoza?

Abantu bo mu mihingo yose barakenera uruhoza. (Ums 4:1) Mu kwezi kwose kwa Nyakanga, tuzogira akigoro kadasanzwe ko gushikiriza Umunara w’Inderetsi uzoba uvuga ibijanye n’uruhoza. Uzowuhe benshi bashoboka. Ariko rero, kubera ko twipfuza kuvugana n’abantu imbonankubone kugira tubahoze, ntituzosiga uwo Munara ku mihana tutasanzeho abantu.

ICO WOVUGA

“Twese birashika tugakenera uruhoza. None tworukura hehe? [Soma 2 Abakorinto 1:3, 4.] Uyu Munara w’Inderetsi urasigura ingene Imana iduhoza.”

Uwo muntu ashimishijwe kandi akakira ikinyamakuru, . . .

MWEREKE AKAVIDEWO NI KUBERA IKI UKWIYE KWIGA BIBILIYA?

Nuce umubaza nimba yoshima kwiga Bibiliya.

CIRA INZIRA ISUBIRAYO

Baza ikibazo uzokwishura ugarutse. Nk’akarorero: “Kubera iki Imana ireka hakaba imibabaro?”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika