ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Nzero rup. 1
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Udutwe
  • Ivyo bijanye
  • UMUNARA W’INDERETSI
  • NIWIGISHE UKURI
  • VYOBA VYARAREMWE?
  • ANDIKA HANO UBURYO BWAWE
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Nzero rup. 1
Ivyabona vya Yehova bariko bavuga inkuru nziza muri Gana

Umwamamaji ariko avuga inkuru nziza muri Gana

Ingene twotanguza ibiyago

UMUNARA W’INDERETSI

Umunara w’Inderetsi No. 1 2017 | Ingene wosoma Bibiliya ikakugirira akamaro

Ikibazo: Hari abiyumvira ko Bibiliya yataye igihe, abandi bakiyumvira ko igifise agaciro. Wewe uvyibazako iki?

Icanditswe: 2Tm 3:16, 17

Ivyo wovuga: Uwu Munara w’Inderetsi uratanga uburorero bwerekana ko Bibiliya ari ngirakamaro, hamwe n’ivyiyumviro vyogufasha kwungukira cane ku gusoma Bibiliya.

NIWIGISHE UKURI

Bibiliya izinguruye

Ikibazo: Umuhero w’isi woba uri hafi?

Icanditswe: Mt 24:3, 7, 14

Iciyumviro: Ivyo Bibiliya yari yaravuze birerekana ko tugeze mu gihe c’iherezo. Ariko iyo ni inkuru nziza kuko bisobanura ko ibihe vyiza vyimirije.

VYOBA VYARAREMWE?

Vyoba vyararemwe?

Ikibazo: Ku bwawe, ubuzima bwaremwe n’Imana canke bwariyadukije?

Ivyo wovuga: Aka gatabu karatanga ibimenyamenya vyatumye benshi bemera ko hariho Umuremyi. Noshima kuzogaruka tukaganira ku kibazo kiri ku rupapuro rwa 29 kibaza ngo: “Ivyo wemera vyoba hari ico bitwaye?”

ANDIKA HANO UBURYO BWAWE

Ufatiye ku burorero bwatanzwe, niwitegurire uburyo bwawe bwo gutanguza ibiyago.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika