ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Ntwarante rup. 8
  • Ingene twokoresha agatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twokoresha agatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twokoresha agatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ingene twokoresha agatabu Inkuru nziza iva ku Mana
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Isubiramwo ry’igice ca 2
    Urashobora kwiberaho ibihe bidahera—Ivyigwa bishingiye kuri Bibiliya
  • Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Ntwarante rup. 8
Mushiki wacu ariko aganira n’umutohoji wa Bibiliya mu gatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ingene twokoresha agatabu​—Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

Urutonde rw’ibiri mu gatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

Agatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe? kagenewe gukoreshwa mu ntango y’inyigisho canke duhejeje.a Icigwa ca 1 gushika ku ca 4 birafasha abatohoji kumenya abo turi bo, ica 5 gushika ku ca 14 bikabafasha kumenya ivyo dukora, ica 15 gushika ku ca 18 bikabereka ingene ishirahamwe ryacu rimeze. Muri rusangi biraba vyiza twize ivyo vyigwa uko bigenda birakurikirana. Ariko turashobora gusimbira ku cigwa tubona ko gihuje n’ibikenewe muri uwo mwanya. Kubera ko icigwa cose kiri ku rupapuro rumwe, turashobora kukiganirako mu minuta iri hagati y’itanu na cumi.

  • Icigwa ca 8 c’agatabu Ni bande bariko barakora ivyo Yehova agomba muri iki gihe?

    Mwereke ikibazo kigize umutwe w’icigwa

  • Nimusome icigwa cose icarimwe canke ibicebice

  • Nimuganire ku vyo mwasomye. Koresha ibibazo biri epfo hamwe n’amafoto. Nimusome ivyanditswe wahisemwo mwongere mubiganireko. Mufashe kubona ko udutwe tuzize twishura ca kibazo kigize umutwe w’icigwa

  • Mubonye uruzitiro ruvuga ngo “Nurondere kumenya n’ibindi,” nimurusome uce umuremesha gukurikiza ibivugwamwo

a Akaboneka kuri internet ni ko gahuje neza n’igihe.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika