ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb17 Rusama rup. 6
  • Reka ‘kwironderera ibintu bihambaye’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Reka ‘kwironderera ibintu bihambaye’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
  • Ivyo bijanye
  • Baruki, wa mukarani w’intahemuka wa Yeremiya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Niwirinde ‘kwironderera ibintu bihambaye’
    Ijambo Imana itubwira biciye kuri Yeremiya
  • Dukomeze ubugenzi dufitaniye imbere y’uko iherezo rishika
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2019
  • “Ndi kumwe nawe kugira nkurokore”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2017
mwb17 Rusama rup. 6

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | YEREMIYA 44-48

Reka ‘kwironderera ibintu bihambaye’

45:2-5

Baruki ashobora kuba yari umukozi yize yakorera i bwami. Naho yasenga Yehova kandi agafasha Yeremiya adahemuka, vyarashitse ntiyabona ibintu mu buryo bwiza. Yatanguye “[k]wironderera ibintu bihambaye,” kumbure akaba yashaka kuduzwa igiti canke kwironkera amatungo. Yari akeneye guhindura ivyiyumviro kugira ntahitanwe n’ugusangangurwa kwa Yeruzalemu kwari kwimirije.

Baruki umunyamabanga wa Yeremiya ariko ariyumvira ivyo kuronka amatungo no kuduzwa igiti
Umurongo werekana igihe Yeremiya yatangura kuba umuhanuzi, igihe Baruki yatangura gufasha Yeremiya hamwe n’igihe Yeruzalemu yatemba
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika