UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | DANIYELI 4-6
Woba wamizako mu gukorera Yehova?
Isengesho ni kimwe mu bintu vy’impwemu Daniyeli yama akora. Ntiyareka ngo hagire ikintu na kimwe kimubuza kwama akorera Imana, naho ryaba ari itegeko ry’umwami
Mu bintu vy’impwemu dukwiye kwama dukora, harimwo iki n’iki?