ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb18 Ntwarante rup. 6
  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kwigisha abatohoji gutegura

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro​—Kwigisha abatohoji gutegura
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twokwigisha umuntu Bibiliya agashika ku kubatizwa​—Igice ca mbere
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2020
  • Kurongora inyigisho za Bibiliya zitera imbere
    Igikorwa dukorera Ubwami—2005
  • Igice ca 4: Kurongora inyigisho za Bibiliya zitera imbere
    Igikorwa dukorera Ubwami—2004
  • Ingene ishengero ryofasha abiga Bibiliya gutera imbere bakabatizwa
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
mwb18 Ntwarante rup. 6

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turyohore Ubuhanga Bwacu Mu Ndimiro​—Kwigisha abatohoji gutegura

IGITUMA BIHAMBAYE: Igihe abo twigisha baba bateguye, baratahura neza ivyo tubigisha kandi bakavyibuka. Uko barushiriza kubitahura no kuvyibuka, ni ko batera imbere ningoga. Mbere n’inyuma y’ibatisimu, bizoba ngombwa ko bategura amakoraniro n’indimiro kugira ‘bagume bari maso.’ (Mt 25:13) Kumenya ingene bategura be no kwama babigira, bizobafasha mu buzima bwabo bwose. Kuva mu ntango rero, turakwiye gufasha abo twigisha kwama bategura ivyo twiga.

UKO TWOBIGIRA:

  • Umuvukanyi ariko arategura ivyo aza kwigisha afise mu bwenge uwo yigisha

    Nutange akarorero keza. (Rm 2:21) Tegura ivyo uza kwigisha ufise mu bwenge uwo wigisha. (km 11/15 3) Mwereke igitabu cawe giteguye

  • Umuvukanyi ariko arereka uwo yigisha igitabu ciwe giteguye

    Muremeshe gutegura. Inyigisho imaze gutangura neza, mwereke ko kwiga Bibiliya harimwo no gutegura, umusigurire n’ivyiza bivamwo. Muhe ivyiyumviro birashe vy’ukuntu yocungura umwanya wo gutegura. Mu kiringo co kwiga, hari abamamaji baha abo bigisha ibitabu vyabo biteguye kugira babafashe kubona akamaro ko gutegura. Numukeze igihe yateguye

  • Mwereke ingene yoza arategura. Inyigisho ya Bibiliya igitangura, hari abamamaji bakoresha umwanya wose bamara bariko bariga n’umutohoji mu kumwereka ingene yoza arategura

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika