UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAKOZWE 17-18
Twigane intumwa Paulo mu kwamamaza no mu kwigisha
Twokwigana gute akarorero k’intumwa Paulo?
Turashobora gufasha abantu kuzirikana dukoresheje Ivyanditswe, kandi tugahuza n’uko ivyabo vyifashe
Dukwiye kwamamaza aho dushobora gusanga abantu, kandi ku mwanya babonekerako
Aho kurwanya ivyo abandi bemera, dukwiye kurondera ivyo duhurizako