ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Ndamukiza rup. 2
  • Kuba umwirebange ni ingabire

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kuba umwirebange ni ingabire
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • Nukoreshe neza ubwirebange bwawe
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • ‘Nuvyemere’
    Igikorwa dukorera Ubwami—2003
  • Ukuntu wonezerererwa ingabirano y’ubwirebange
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Ubwirebange—Urugi Ruja ku Gukora Ata Mitima Ibiri
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1996
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Ndamukiza rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 1 ABAKORINTO 7-9

Kuba umwirebange ni ingabire

7:32, 35, 38

Uko imyaka yagiye irarengana ni ko abakirisu benshi bagiye baribonera ko kuba ari abirebange vyabaronkeje akaryo kadasanzwe ko kwagura umurimo, kugiranira ubugenzi n’abantu benshi no  kwiyegereza cane Yehova.

Abavukanyi batatu b’abirebange bari mu rugendo rwo kwamamaza muri Ostraliya mu 1937; mushiki wacu atarubaka urwiwe ashitse aho agiye gukorera ubumisiyonari muri Megizike mu 1947

Mu rugendo rwo kwamamaza muri Ostraliya mu 1937; Uwusohotse Gileyadi ashitse aho azokorera muri Megizike mu 1947.

Umuvukanyi atarubaka urwiwe ariko aramamaza muri Brezile; abanyeshure batarubaka izabo bari mw’Ishure ry’abamamaji b’Ubwami muri Malawi

Kwamamaza muri Brezile; Abari mw’Ishure ry’abamamaji b’Ubwami muri Malawi.

IVYO KUZIRIKANAKO: Nimba uri umwirebange, wokwungukira gute kuri ico kiringo bimwe bishitse?

Abagize ishengero bashobora gute kuremesha no gushigikira abirebange?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika