ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb19 Myandagaro rup. 2
  • ‘Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba’
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
  • Ivyo bijanye
  • 2 Timoteyo 1:7: “Imana [ntiya]duhaye umutima upfana isoni n’ubwoba”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
  • Ni Igiki Gishobora Kudufasha Kuramiriza Neza mw’Ijambo ry’Ukuri?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • ‘Mugire Umutima Rugabo Kandi Mushire Amanga!’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • “Ntimuri ab’isi”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2018
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2019
mwb19 Myandagaro rup. 2

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | 2 TIMOTEYO 1-4

‘Imana ntiyaduhaye impwemu y’ubwoba’

1:7, 8

Timoteyo ariko arasoma umuzingo yarungikiwe n’intumwa Paulo

Turashobora kuremeshwa n’amajambo yahumetswe intumwa Paulo yabwiye Timoteyo. Aho guterwa isoni n’inkuru nziza, turashobora kuvugana ubutinyutsi mu kuburanira ukwizera kwacu, naho vyosaba ko “[t]wihanganira imibabaro.”

Ni mu biringo ibihe nkeneye kugaragaza umutima rugabo?

Umudada akiri muto ariko arereka abo bigana be n’umwigisha ka gatabu kavuga inkomoko y’ubuzima; umudada yanse gushariza igiti ca Noweli aho akorera; umuvukanyi ariko aramamaza ku kazi
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika