UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umukozi w’umuhanga
Umubaji w’umuhanga arazi ingene akoresha ibikoresho vyiwe. Muri ubwo buryo nyene, “umukozi atagira ikimutetereza” arakoresha neza ibikoresho nyamukuru bidufasha kwigisha. (2Tm 2:15) Ishura ibi bibazo kugira urabe nimba uzi gukoresha neza bimwe mu vyo dukoresha mu ndimiro.
NIWUMVIRIZE IMANA MAZE UBEHO IBIHE BIDAHERA
Aka gatabu kagenewe bande?—mwb17.03 5 ing. 1-2
Wogakoresha gute mu kuyobora inyigisho?—km 7/12 3 ing. 6
Ni ikindi gitabu ikihe wokoresha kugira utegure inyigisho yawe ku bw’ibatisimu?—km 7/12 3 ing. 7
INKURU NZIZA IVA KU MANA
Ako gatabu gatandukaniye he n’ibindi bitabu dukoresha mu kwigisha?—km 3/13 5 ing. 3-5
Ukwiye gukora iki igihe ugahaye umuntu?—km 9/15 3 ing. 1
Wokoresha gute ako gatabu mu kuyobora inyigisho ya Bibiliya?—mwb16.01 8
Ni ryari wokwimukira mu gitabu Bibiliya itwigisha iki?—km 3/13 7 ing. 10
BIBILIYA ITWIGISHA IKI?
Twokoresha gute incamake z’ibigabane be n’utujambo two ku mpera?—mwb16.11 5 ing. 2-3
NI BANDE BARIKO BARAKORA IVYO YEHOVA AGOMBA MURI IKI GIHE?
Ni ryari wokoresha ako gatabu?—mwb17.03 8 ing. 1
Wogakoresha gute?—mwb17.03 8, uruzitiro