ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Rusama rup. 7
  • Niwihe ishusho y’ibigize inkuru vyose

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwihe ishusho y’ibigize inkuru vyose
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Yozefu Yankwa na Benese
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • “Ndabinginze mwumvirize iyi ndoto”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2014
  • “Mbega jewe mbaye mu kibanza c’Imana?”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2015
  • Vyoba birashika ukagira ishari? Benewabo na Yozefu vyarabashikiye
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2008
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Rusama rup. 7
Udufoto: Umuvukanyi ariko ariha ishusho y’ivyo asomye muri Bibiliya ku bijanye na Yozefu. 1. Yozefu ariko arakorokera mu cobo c’amazi cumye. 2. Yozefu ariko arajana n’Abamidiyani mu Misiri. 3. Muka Potifari ariko araraba ari nka hariya Yozefu n’umugabo wiwe bariko baraganira.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwihe ishusho y’ibigize inkuru vyose

Igihe usoma inkuru zo muri Bibiliya, nugerageze kwiha ishusho y’ibizigize vyose. Nusuzume amakikuro, abavugwamwo be n’imvo zishobora kuba zaratumye bakora ibintu muri ubu buryo canke buriya. Nukoreshe ububasha bwawe bwo kwiyumvira kugira use n’uwubona ibiriko biraba, wumve amajwi, akamoto be n’inyiyumvo z’abavugwamwo.

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NURYOHORE INGENE USOMA BIBILIYA​—AGACE, MUCE MWISHURA IBI BIBAZO:

  • Yozefu ataragurishwa ngo abe umushumba.

    Ni ibiki bishobora kuba vyaratumye Yozefu na benewabo batumvikana?

  • Yozefu ariko arajana n’Abamidiyani mu Misiri.

    Ni imvo izihe zishobora kuba zaratumye benewabo na Yozefu bakora ibintu batiyumviriye ingaruka zavyo?

  • Udufoto: Intambwe Yakobo yateye ngo yitature na Esawu. 1. Yakobo arasenga. 2. Yakobo arunamira Esawu. 3. Esawu aragumbira Yakobo.

    Ni amakuru ayahe dushobora gutahura dusuzumye Ivyanditswe bivuga ibijanye na Yakobo, se wa Yozefu?

  • Ni akarorero keza akahe Yakobo yahaye abahungu biwe mu bijanye no gutorera umuti amatati?

  • Ni ibiki wungukiye kuri iyi videwo?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika