ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb20 Mukakaro rup. 8
  • Niwicishe bugufi​—Ntiwishemagize

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwicishe bugufi​—Ntiwishemagize
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Ivyo bijanye
  • Yararwaniye Imana yiwe adahemuka
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Nukurikire Yehova bimwe bishitse
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Abagabo 12 bagiye gusuma urusaku
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • Ivyigwa vyanje vya Bibiliya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
mwb20 Mukakaro rup. 8

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Niwicishe bugufi​—Ntiwishemagize

Ukwishemagiza n’ukwiyemera bigaragaza ubwibone kandi nta co bifasha abatwumviriza. Ni co gituma Bibiliya ivuga iti: “Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe.”​—Img 27:2.

NIMURABE AKAVIDEWO NUBE UMUGENZI WA YEHOVA​—NIWICISHE BUGUFI, MUCE MUGANIRA KURI IBI BIBAZO:

  • Ni ibintu ibihe abantu bakunze kwiyemerako?

  • Ni gute Kalebu yiyemeye ku mugenzi wiwe?

  • Ni gute se wiwe yamufashije kuzirikana?

  • Muri 1 Petero 5:5 hadufasha gute kwicisha bugufi?

Kalebu ahagaze ku kintu amahero batanga bwa gashimwe mugihe yariko arirata ku mugenzi wiwe ari hasi.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika