ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Rusama rup. 12
  • Nufashe abana bawe gukunda Yehova

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nufashe abana bawe gukunda Yehova
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • Nugume utinya gukora ibidahimbara Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ico abavyeyi bokwigira kuri Manowa n’umugore wiwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Amategeko ya Yehova arangwa n’ubukerebutsi n’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Rusama rup. 12

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nufashe abana bawe gukunda Yehova

Abavyeyi ubwabo bategerezwa gutsimbataza urwo bakunda Yehova (Gus 6:5; w05 15/6 20 ing. 11)

Bategerezwa guha akarorero keza abana babo (Gus 6:6; w07 15/5 15-16)

Bategerezwa kwigisha abana babo kenshi ivyerekeye Yehova (Gus 6:7; w05 15/6 21 ing. 14)

Uretse ugusenga kwo mu muryango, ni ibindi biringo ibihe mushobora gufasha abana banyu gukomeza urwo bakunda Yehova n’ingingo ngenderwako ziwe?

Sebibondo n’agahungu kiwe bariko barakora itiyara. Inyuma yabo hari ibiganiro bijanye n’inyoni vyo muri rwa rukurikirane ruvuga ngo “Vyoba vyararemwe?”
Sebibondo ariko aganira n’agakobwa kiwe kariko karasiga amabara ishusho y’igiti c’ipome. Ariko arakereka amapome ari kw’isahani imbere yabo.
    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika