ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 12
  • Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Akigoro kavuye ku mutima karavamwo imihezagiro myinshi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nufashe abana bawe gukunda Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 12
Rabushake n’uwundi musoda bahagaze inyuma y’impome za Yeruzalemu. Rabushake ariko aravuga yongera amwereka ibintu akoresheje agakoni k’ubutware.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingene abaturwanya bagerageza gutuma tugoyagoya

Abaturwanya baragerageza kuduca intege mu kubeshera abatuja imbere (2Bm 18:19-21; w05 1/8 11 ing. 5)

Baragerageza kutuzimiza mu kubeshera Yehova n’ishirahamwe ryiwe (2Bm 18:22, 25; w10 15/7 13 ing. 3)

Baragerageza kuturyosharyosha mu kudusezeranira ibintu bitari vyo (2Bm 18:31, 32; w13 15/11 19 ing. 14; yb74 176 ing. 2)

NIWIBAZE UTI: ‘Nokora iki ubu kugira nitegurire uruhamo?’

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika