ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 10
  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Umugore w’umubisha ahahamira ubutegetsi yarahanywe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 10
Yezu n’ingabo ziwe zo mw’ijuru bari ku mafarasi yera, baje gukuraho abansi b’Imana kw’isi.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira

Yehova yararetse Abasiriya baratsinda Isirayeli (2Bm 17:5, 6; it-2 868 ing. 4)

Yehova yaratoje indero abasavyi biwe kubera ko bagumye bamubabaza (2Bm 17:9-12; it-1 402)

Yehova yarihanganiye Abisirayeli, akaguma ababurira (2Bm 17:13, 14)

Umuvyeyi wacu wo mw’ijuru akundana arihanganira cane abantu badatunganye. (2Pt 3:9) Ariko rero, kugira ashitse umugambi wiwe, vuba agiye gukuraho ababisha. Kubera iki ivyo bikwiye gutuma twemera ugutozwa indero aturonsa tukongera tukamamaza tubona ko ibintu vyihutirwa?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika