ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nzero rup. 3
  • Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Kubera iki twokwicisha bugufi?
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • “Tora umuhungu wawe”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nzero rup. 3

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa

Yehova yaramaze imyaka aburira abantu bo muri Yuda ko babandanije gukora ibibi yobahevye (2Bm 24:2, 3; w01 1/3 3 ing. 2)

Yehova yarakoresheje Abanyababiloni mu gusangangura Yeruzalemu mu 607 imbere ya Kristu (2Bm 25:8-10; w07 15/3 11 ing. 9)

Yehova yarakingiye abumviye imburi yatanze (2Bm 25:11)

Umuvukanyi ariko arabwira inkuru nziza uwo bakorana mu karuhuko ka sasita.

Yehova aramaze imyaka mirongo aburira ababa kw’isi ko azoshitsa urubanza ku “bantu batibanga Imana.”​—2Pt 3:7.

NIWIBAZE UTI: ‘Noba nkoresha akaryo kose ndonse ko gufasha abandi kwumvira imburi y’Imana?’​—2Tm 4:2.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika