ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nzero rup. 2
  • Kubera iki twokwicisha bugufi?

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Kubera iki twokwicisha bugufi?
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Yaragarukanye abantu kuri Yehova
    Gendana n’Imana n’umutima rugabo
  • Yosiya yari afise abagenzi beza
    Niwigishe abana bawe
  • Yosiya yahisemwo gukora ibigororotse
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
  • Yosiya yarakunda amategeko y’Imana
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nzero rup. 2
Umwami Yosiya ariko arumviriza yicishije bugufi igihe Shafani umunyamabanga wiwe amusomera umuzingo.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Kubera iki twokwicisha bugufi?

Yosiya yaripfuza guhimbara Yehova (2Bm 22:1-5)

Yaremeye yicishije bugufi amakosa y’ihanga ryose (2Bm 22:13; w00 15/9 29-30)

Kubera ko Yosiya yicisha bugufi, Yehova yaramuhezagiye (2Bm 22:18-20; w00 15/9 30 ing. 2)

Turashimwa na Yehova igihe tumwihekako twicishije bugufi ngo atuyobore n’igihe twemera amakosa yacu kandi tugahindura ingendo.​—Yak 4:6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika