ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 4
  • Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Umugore w’umubisha ahahamira ubutegetsi yarahanywe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ukwihangana kwa Yehova kurafise aho kugarukira
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Abari kumwe natwe ni benshi kuruta abari kumwe na bo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Nugume ubona ko ibintu vyihutirwa
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 4

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe

Mu gihe hari ikigoyi gikaze, Yehova yaravuze ko ku musi ukurikira hobonetse ibifungurwa vyinshi (2Bm 7:1; it-1 729)

Intwazangabo imwe y’Umwisirayeli yarakekeranije ko ico kintu Yehova yavuze cobaye (2Bm 7:2)

Yehova yaratumye haba ikintu kitari citezwe (2Bm 7:6, 7, 16-18)

Umugore n’umugabo b’Ivyabona bari aho bafatira agakawa, bariko bararaba amakuru kuri televiziyo yerekana abategetsi bakoraniye hamwe. Abari aho bose bariko barakurikira ayo makuru bitonze.

Yehova avuga ko iyi si izokurwaho bukwi na bukwi, ata wari avyiteze. (1Ts 5:2, 3) Kubera iki bihambaye ko twizigira ivyo Yehova avuze?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika