ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb21 Mukakaro rup. 16
  • Turashobora kugira umutima rugabo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turashobora kugira umutima rugabo
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Ivyo bijanye
  • “Gira umutima rugabo . . . ukore”
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
  • “Ugire umutima rugabo kandi ukomere cane”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Numpe umutima rugabo
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • ‘Mugire Umutima Rugabo Kandi Mushire Amanga!’
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
mwb21 Mukakaro rup. 16
Mushiki wacu akiri muto ariko abwira inkuru nziza umunyeshure bigana abigiranye umutima rugabo akoresheje telefone.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Turashobora kugira umutima rugabo

Umuntu w’umutima rugabo ni umuntu arinduka, adatinya kandi w’intwari. Ntibisobanura ko atigera agira ubwoba. Ahubwo n’igihe aba afise ubwoba, ntibimubuza kugira ico akoze. Yehova ni we aduha umutima rugabo. (Zb 28:7) None abakiri bato bowugaragaza gute?

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NUGIRE UMUTIMA RUGABO, AHO KUBA UMUNYABWOBA, MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni ibiki bishikira abakiri bato bisaba ko bagira umutima rugabo?

  • Ni inkuru izihe zo muri Bibiliya zituma tugira umutima rugabo?

  • Twebwe n’abatwihweza tuhungukira gute igihe tugaragaje umutima rugabo?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika