ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb22 Munyonyo rup. 16
  • Icogufasha kwirinda kuba nzobandabikora

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icogufasha kwirinda kuba nzobandabikora
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Ivyo bijanye
  • Ko udashobora kuwuziganya, wukoreshe neza
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2006
  • Nokora iki ngo ndeke kuba nzobandabikora?
    Urwaruka ruribaza
  • Yarakoranye umutima rugabo, umwiyemezo n’umwete
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Rwaruka, ntimutebagane guca mu “muryango munini”
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2016
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
mwb22 Munyonyo rup. 16
Udufoto: 1. Yehu bariko baramusuka amavuta ku mutwe mu kumurobanura. 2. Yehu afise ibirwanisho, ariko aratwara umukogote yaratse.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Icogufasha kwirinda kuba nzobandabikora

Umuntu nzobandabikora ararindiriza gukora ibintu yari gukora ubwo nyene. Ukwo si ko Yehu yakoze igihe Yehova yamuha igikorwa co guhonya abantu bose bo mu nzu ya Ahabu. (2Bm 9:6, 7, 16) Hari abavuga bati: “Kumbure nzobatizwa nko mu myaka ingahe iri imbere.” “Vuba nzotangura gusoma Bibiliya buri musi.” “Nzotangura ubutsimvyi ninaronka akazi keza.” Ivyanditswe birashobora kudufasha kwirinda kuba nzobandabikora mu bikorwa bijanye no gusenga.

Ivyanditswe bikurikira vyodufasha gute kwirinda kuba nzobandabikora?

  • Ums 5:4

  • Ums 11:4

  • 1Kr 7:29-31

  • Yak 4:13, 14

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika