ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Nzero rup. 10
  • Nukomeze icipfuzo ufise co gukora ivyo Imana igomba

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Nukomeze icipfuzo ufise co gukora ivyo Imana igomba
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Dawidi na Sawuli
    Ivyigwa dukura muri Bibiliya
  • “Kugamburuka kuruta ikimazi”
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2011
  • Igituma Dawidi Yahunze
    Igitabu Canje c’Inkuru za Bibiliya
  • 1 Samweli: ibirimwo
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Nzero rup. 10
Udufoto: 1. Umwami Sauli n’ubwibone n’akantu ariko ashikana ishikanwa ku gicaniro. 2. Dawidi aranse kunywa amazi umwe mu ngabo ziwe amuhaye.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nukomeze icipfuzo ufise co gukora ivyo Imana igomba

Kubera ko Sauli yagambaraye, Yehova yaramuhevye (1Ng 10:13, 14)

Yehova yatoye Dawidi ngo abe umwami mu kibanza ca Sauli (1Ng 11:3)

Dawidi ntiyabaye nka Sauli kuko wewe yemeye kuyoborwa n’amategeko ya Yehova be n’ingingo ngenderwako ziwe (1Ng 11:15-19; w12 15/11 6 ing. 12-13)

Dawidi yarahimbarwa no gukora ivyo Imana igomba. (Zb 40:8) Turashobora gutsimbataza icipfuzo nk’ico nyene co gukora ibigorotse mu kwiga kubona ibintu nk’uko Yehova abibona.​—Zb 25:4; w18.06 17 ing. 5-6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika