ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Ntwarante rup. 10
  • Yaraha agaciro ubukerebutsi

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Yaraha agaciro ubukerebutsi
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Nushemeze Yehova kubera ubukerebutsi bwiwe
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Amategeko ya Yehova arangwa n’ubukerebutsi n’ubutungane
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
  • Isengesho riranga ukwicisha bugufi kandi rivuye ku mutima Salomo yatuye ku mugaragaro
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Salomo umwami w’inkerebutsi
    Bibiliya—Irimwo ubutumwa ubuhe?
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Ntwarante rup. 10
Umwamikazi wa Sheba azaniye ingabirano Umwami Salomo. Salomo arahagurutse kugira amwakire. Abaririmvyi n’abarinzi bahagaze ku ntango y’ingazi zija ku ntebe ya Salomo.

Umwamikazi wa Sheba yagendeye ikirimba c’Umwami Salomo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Yaraha agaciro ubukerebutsi

Umwamikazi wa Sheba yaragize urugendo rurerure kandi rugoye agiye kuraba Salomo (2Ng 9:1, 2; w99 1/11 20 ing. 4; w99 1/7 30 ing. 4-5)

Abonye ubukerebutsi bwa Salomo n’ubutunzi bwiwe yarajorewe (2Ng 9:3, 4; w99 1/7 30-31; raba ishusho iri ku gipfukisho)

Ivyo yabonye vyatumye ashemeza Yehova (2Ng 9:7, 8; it-2 873)

Umwamikazi wa Sheba hamwe n’umurongo w’ingamiya afashe inzira aja kuraba Umwami Salomo.

Umwamikazi wa Sheba yarahaye agaciro cane ubukerebutsi ku buryo yemeye kugira ibintu vyinshi ahevye kugira aburonke.

NIWIBAZE UTI: ‘Noba ndondera ubukerebutsi nka kurya kw’uwurondera itunga ryanyegejwe?’—Img 2:1-6.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika