ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Mukakaro rup. 16
  • Isekeza ridasanzwe ryo gutangaza Ubwami bw’Imana muri Nyakanga!

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Isekeza ridasanzwe ryo gutangaza Ubwami bw’Imana muri Nyakanga!
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Isekeza ridasanzwe ryo kwamamaza Ubwami bw’Imana muri Munyonyo
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2020
  • Isekeza ridasanzwe ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya muri Nyakanga
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2022
  • Uturyo twiyongereye two guhaya Yehova
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Niwamamaze inkuru nziza y’uko isi nziza kuruta iri hafi
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2021
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Mukakaro rup. 16
Yezu yicaye ku ntebe yiwe y’Ubwami mw’ijuru, akaba ari Umwami aganza isi yahindutse Iparadizo.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Isekeza ridasanzwe ryo gutangaza Ubwami bw’Imana muri Nyakanga!

Muri Nyakanga, tuzogira akigoro kadasanzwe ko kwereka abantu yuko Ubwami bw’Imana ari bwo muti wonyene w’ingorane zihanze abantu. (Mt 24:14) Ni gute wobigiramwo uruhara? Nusomere abantu benshi bashoboka icanditswe kijanye n’Ubwami bw’Imana muri uko kwezi. Igihe umuntu agaragaje ko ashimishwa, nuce umuha ikopi y’integuro ya bose y’Umunara w’inderetsi No. 2 2020. Nugendere uwo muntu vuba hashoboka, maze ugerageze gutanguza inyigisho ya Bibiliya ukoresheje agatabu Kwiberaho ibihe bidahera. Abazokora ubutsimvyi bwo gufasha bose mu kwezi kwa Nyakanga boshobora kwihitiramwo gukwiza amasaha 15 canke 30.

“Umunara w’inderetsi” No. 2 2020, ufise umutwe uvuga ngo “Ubwami bw’Imana ni iki?”

Ubwami bw’Imana bugiye gukuraho vuba intwaro zose ziburwanya. (Dn 2:44; 1Kr 15:24, 25) Ese twokwungukira bimwe bishitse kuri ako karyo kadasanzwe ko kwerekana ko dushigikiye Yehova n’Ubwami bwiwe!

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika