ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • mwb23 Munyonyo rup. 16
  • Intunganyo yo kuremesha abanyabeteli

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Intunganyo yo kuremesha abanyabeteli
  • Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ivyo bijanye
  • Ingingo zerekana ko twizigira Yehova
    Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
  • Ntitwigera tuba twenyene
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
  • Niwibuke ko Yehova ari «Imana nzima»
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2024
  • Niwifate ruto wemere ko hari ivyo utazi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2025
Ibindi
Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu—Agatabu k’ikoraniro—2023
mwb23 Munyonyo rup. 16

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Intunganyo yo kuremesha abanyabeteli

Twese turashikirwa n’ingorane kandi turakenera kuremeshwa no gushigikirwa. Mbere n’abavukanyi bakomeye mu vy’impwemu canke bafise uduteka tudasanzwe mw’ishirahamwe, barashobora gucika intege. (Yb 3:​1-3; Zb 34:19) Twokwigira iki ku ntunganyo yo kugendera cungere abagize umuryango wa Beteli?

NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO «NIWIZIGIRE IMANA», MUCE MWISHURA IBIBAZO BIKURIKIRA:

  • Ni ingorane izihe zishikira abagize umuryango wa Beteli?

  • Ni ibintu bine ibihe abavukanyi bakora mu kubaremesha?

  • Abavukanyi batanga indemesho bavyungukirako gute?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika