ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp22 no. 1 rup. 3
  • Turashobora gutsinda urwanko

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turashobora gutsinda urwanko
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
  • Ivyo bijanye
  • Urukwegane rw’inzankano ruva ku ki?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
  • Intangamarara
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
  • Igihe urwanko ruzoba rwavuyeho burundu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
  • Urwanko ruri hose
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
Ibindi
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2022
wp22 no. 1 rup. 3
Amafoto: Umugabo yicurikiriye ariko aribaza igituma yankwa mu buryo butandukanye. 1. Umugore afise iterefone ariko aramushira hasi. 2. Uwundi mugore ariko aramusuzugura. 3. Umugabo ariko arasoma ikinyamakuru ariko aramukankamira. 4. Umumenyeshamakuru ariko ashikiriza amakuru kuri televiziyo.

Turashobora gutsinda urwanko

Vyoba birashika abandi bakakwanka?

Nimba bitarashika, ushobora kuba umaze kubona ingene abantu bankana mu buryo butandukanye. Akenshi ibimenyeshamakuru biravuga ibijanye n’abantu banka abandi babahora ubwoko bwabo, igihugu bavamwo canke uguhuza ibitsina n’abo babisangiye. Ivyo biriko biratuma ibihugu vyinshi bishiraho amategeko ahana abakorera abandi amabi ashingiye ku rwanko.

Urwanko rukwega urundi. Akenshi abanswe na bo baca bihora, ivyo bigatuma haba urukwegane rw’inzankano.

Kumbure vyarashitse abandi barakwinuba, barakwiyumvira uko utari, baragutwenga, baragutuka canke baragutera ubwoba. Ariko rero urwanko ntirugarukira aho. Akenshi rurabonekera mu kugirira nabi abandi, kubatoteza, kwonona utwabo, kubafata ku nguvu, kubica canke mbere kubahonya.

Iki kinyamakuru kiratanga inyishu z’ibibazo bikurikira, kikerekana n’ingene twotsinda urwanko:

  • Kubera iki isi yuzuye urwanko?

  • Twotsinda urwanko gute?

  • Hoba hazogera igihe urwanko ruvaho burundu?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika