ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • yb13 rup. 2-3
  • Icanditswe c’umwaka wa 2013

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Icanditswe c’umwaka wa 2013
  • Igitabu c’umwaka 2013 c’Ivyabona vya Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Yosuwa 1:9: “Gira umutima rugabo kandi ukomere”
    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya
  • Ivyo Yosuwa Yibutse
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2002
  • Gira umutima rugabo: Yehova ari kumwe nawe!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2013
  • Yipfuza ko twererwa
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2009
Ibindi
Igitabu c’umwaka 2013 c’Ivyabona vya Yehova
yb13 rup. 2-3

Icanditswe c’umwaka wa 2013

“Gira umutima rugabo kandi ukomere. . . . Yehova Imana yawe azobana nawe.”—Yosuwa 1:9

Mu 1473 B.G.C., Abisirayeli bari begereje kwinjira mu Gihugu c’isezerano, ariko imbere yabo hari abansi b’abanyenkomezi. Imana yategetse Yosuwa iti: “Gira umutima rugabo kandi ukomere.” Yosuwa agumye ari umwizigirwa, yororaniwe. Yabwiwe ati: “Nturanduke umutima canke ngo ucike ivutu, kuko Yehova Imana yawe azobana nawe aho uzoja hose.” Kandi Imana yarabanye na we koko, kuko mu myaka itandatu gusa Abisirayeli bari bamaze gutsinda abansi babo.—Yos. 1:7-9.

Abakirisu b’ukuri bari mu kwinjira mw’isi nshasha yasezeranywe; ku bw’ivyo barakeneye kugira umutima rugabo no gukomera. Nka kumwe kwa Yosuwa, duhanganye n’abansi b’abanyenkomezi barondera gusenyura ukudahemuka kwacu. Ntiturwana intambara dukoresheje amacumu n’inkota, ariko dukoresha ibirwanisho vyo mu buryo bw’impwemu, kandi Yehova aratumenyereza kubikoresha tubigiranye ubuhanga. Uko ivyawe vyoba vyifashe kwose, numenye neza ko mu gihe ufise umutima rugabo, ukomeye kandi uri umwizigirwa, Yehova azobana nawe kugira utsinde.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika