Kuvayo 9:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Farawo abajije amakuru, asanga nta gitungwa na kimwe c’Abisirayeli capfuye. Ariko Farawo abandanya gukomantaza umutima, ntiyarekura Abisirayeli+.
7 Farawo abajije amakuru, asanga nta gitungwa na kimwe c’Abisirayeli capfuye. Ariko Farawo abandanya gukomantaza umutima, ntiyarekura Abisirayeli+.