Kuvayo 10:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Maze Yehova abwira Musa ati: «Genda kwa Farawo, kuko namuretse agakomantaza umutima wiwe hamwe n’abasuku biwe+, kugira nkorere ibimenyetso vyanje imbere yiwe+.
10 Maze Yehova abwira Musa ati: «Genda kwa Farawo, kuko namuretse agakomantaza umutima wiwe hamwe n’abasuku biwe+, kugira nkorere ibimenyetso vyanje imbere yiwe+.