Guharura 15:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 muzoyitangana n’ishikanwa ry’intete+ ringana n’ivy’icumi bitatu vy’ingero ya efa y’ifu inoze, ivanze n’inusu y’ingero ya hini y’amavuta.
9 muzoyitangana n’ishikanwa ry’intete+ ringana n’ivy’icumi bitatu vy’ingero ya efa y’ifu inoze, ivanze n’inusu y’ingero ya hini y’amavuta.