Guharura 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 uze kandi ushikirize kumwe na nya kigabo co mu busho ishikanwa ry’intete+ ry’ivy’icumi bitatu vy’ifu inoze, ribombekeshejwe ica kabiri ca hini y’amavuta.
9 uze kandi ushikirize kumwe na nya kigabo co mu busho ishikanwa ry’intete+ ry’ivy’icumi bitatu vy’ifu inoze, ribombekeshejwe ica kabiri ca hini y’amavuta.