Yeremiya 44:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 «Ibimazi mwahora mushikanira mu bisagara vy’Ubuyuda no mu mabarabara y’i Yeruzalemu+, mwebwe na ba sogokuruza banyu, abami banyu, abatware banyu n’abanyagihugu, Yehova yaravyibutse bigaruka mu mutima wiwe.
21 «Ibimazi mwahora mushikanira mu bisagara vy’Ubuyuda no mu mabarabara y’i Yeruzalemu+, mwebwe na ba sogokuruza banyu, abami banyu, abatware banyu n’abanyagihugu, Yehova yaravyibutse bigaruka mu mutima wiwe.