Yeremiya 44:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “Ku bijanye n’umwotsi w’ibimazi mwafumbishirije mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu+, mwe+ na ba sogokuruza+ banyu, abami+ banyu n’abaganwa+ banyu n’abanyagihugu, mbega ivyo si vyo Yehova yibutse, bikamuza mu mutima+?
21 “Ku bijanye n’umwotsi w’ibimazi mwafumbishirije mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu+, mwe+ na ba sogokuruza+ banyu, abami+ banyu n’abaganwa+ banyu n’abanyagihugu, mbega ivyo si vyo Yehova yibutse, bikamuza mu mutima+?