Kuvayo 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ababahindagiza ku bikorwa baguma babahutagiza+, ngo “Nimurangize ibikorwa vyanyu, umwe wese igikorwa ciwe ca buri musi, nk’igihe ibikumbi vyari bikiboneka+.”
13 Kandi ababahindagiza ku bikorwa baguma babahutagiza+, ngo “Nimurangize ibikorwa vyanyu, umwe wese igikorwa ciwe ca buri musi, nk’igihe ibikumbi vyari bikiboneka+.”