Gusubira mu vyagezwe 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Niwaha mugenzawe ingurane iyo ari yo yose+, ntuze winjire mu nzu yiwe kumwaka ico yagwatirije+.