Zaburi 106:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Yagira ivuge ivy’ukubazimanganya+,Iyo hataba Musa uwo yatoye,Uwahagaze mu mukokwe imbere yayo+,Kugira asubize inyuma ubushangashirwe bwayo ngo ntibubahonye+.
23 Yagira ivuge ivy’ukubazimanganya+,Iyo hataba Musa uwo yatoye,Uwahagaze mu mukokwe imbere yayo+,Kugira asubize inyuma ubushangashirwe bwayo ngo ntibubahonye+.