Yesaya 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Abaganwa ba Zowani+ ni ibipfu koko. Nayo inkerebutsi zo mu bajanama ba Farawo, impanuro yabo ni ikintu kitagiramwo ubwenge+. Mbega muzobwira gute Farawo ngo: “Ndi umwana w’abantu b’inkerebutsi, umwana w’abami bo mu gihe ca kera”?
11 Abaganwa ba Zowani+ ni ibipfu koko. Nayo inkerebutsi zo mu bajanama ba Farawo, impanuro yabo ni ikintu kitagiramwo ubwenge+. Mbega muzobwira gute Farawo ngo: “Ndi umwana w’abantu b’inkerebutsi, umwana w’abami bo mu gihe ca kera”?