Guharura 13:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri. Zaburi 78:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mu maso ya ba sekuruza babo, yari yakoze ibitangaje+Mu gihugu ca Misiri+, ka karere ka Zowani+. Yesaya 30:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Kuko abaganwa biwe bashitse i Zowani+, kandi abatumwa biwe bashika n’i Hanesi. Ezekiyeli 30:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 I Patirosi+ nzohagira umusaka, ndomeke umuriro i Zowani+, nshitse imanza muri No+.
22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri.