ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 9:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 abantu bakomeye kandi barebare, bene Anakimu+, abo ubwawe wamenye ivyabo kandi ubwawe ukaba warumvise bivugwa ngo: ‘Ni nde ashobora guhagarara ashikamye imbere ya bene Anaki?’

  • Yosuwa 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Vyongeye, ico gihe nyene Yosuwa aragenda, arandura Abanakimu+ mu karere k’imisozi, i Heburoni, i Debiri, i Anabu+, no mu karere k’imisozi ka Yuda kose no mu karere k’imisozi ka Isirayeli kose+. Yosuwa ahatikizanya n’ibisagara vyaho+.

  • Yosuwa 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune amuha umuturi hagati muri bene Yuda kw’itegeko Yehova yahaye Yosuwa, egome amuha Kiriyati-aruba (uwo Aruba yari se wa Anaki), ari yo Heburoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika