Abalewi 27:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+. Yosuwa 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yosuwa afata ibisagara vyose vy’abo bami n’abami bavyo bose maze abikubitisha ubugi bw’inkota+. Arabitikiza+, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yarategetse+. Yosuwa 24:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “‘Hanyuma mujabuka Yorodani+, mushika i Yeriko+. Maze bene amatongo b’i Yeriko, Abamori n’Abaperizi n’Abanyakanani n’Abaheti n’Abagirugashi, Abahiwi n’Abayebusi batangura kubarwanya; mugabo ndabatanga mu kuboko kwanyu+.
29 Nta wagizwe inyegu yoba yahebewe gutikizwa wo mu bantu yoshobora gucungurwa+. Ntaze abure kwicwa+.
12 Yosuwa afata ibisagara vyose vy’abo bami n’abami bavyo bose maze abikubitisha ubugi bw’inkota+. Arabitikiza+, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yarategetse+.
11 “‘Hanyuma mujabuka Yorodani+, mushika i Yeriko+. Maze bene amatongo b’i Yeriko, Abamori n’Abaperizi n’Abanyakanani n’Abaheti n’Abagirugashi, Abahiwi n’Abayebusi batangura kubarwanya; mugabo ndabatanga mu kuboko kwanyu+.