ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 13:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Baduze muri Negebu+, bashika rero i Heburoni+. Ico gihe, Ahimani na Sheshayi na Talimayi+, abavutse kuri Anaki+, ni ho bari. Aho i Heburoni+ hari hubatswe imyaka indwi imbere ya Zowani+ ho mu Misiri.

  • Gusubira mu vyagezwe 1:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Tuduga tuja hehe? Bene wacu batumye umutima wacu ushonga+, mu kuvuga ngo: “Twabonyeyo abantu bakomeye kandi barebare kuturuta+, ibisagara bininibinini kandi bikingijwe ibihome gushika mu majuru+, be n’abana b’Abanakimu+.”’

  • Yosuwa 15:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nayo Kalebu+ mwene Yefune amuha umuturi hagati muri bene Yuda kw’itegeko Yehova yahaye Yosuwa, egome amuha Kiriyati-aruba (uwo Aruba yari se wa Anaki), ari yo Heburoni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika