Akajambo k'epfo
d Nk’akarorero, raba ikiganiro kivuga ngo “Bibiliya yoba ivuga rumwe na siyansi?” kiri muri Be maso! yo muri Ndamukiza 2011, be n’ikivuga ngo “Ivyo Yehova avuga imbere y’igihe biraranguka”, kiri mu Munara w’Inderetsi wo ku wa 1 Nzero 2008.