Mukakaro Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 13 Mukakaro Woba ushobora kwagura umurimo wawe? Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 20 Mukakaro Iteraniro ry’umuzunguruko rizodufasha kuzigama kamere yacu y’ivy’impwemu Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 27 Mukakaro Dushemeze Yehova buri musi Urutonde rwo ku ndwi itangura ku wa 3 Myandagaro Amatangazo Raporo y’umurimo yo muri Ntwarante Ico twovuga ku vyerekeye ibinyamakuru