1 Ruhuhuma Ubuzima bwoba bufise agaciro canke nta ko bufise? Ubuzima bwawe bufise agaciro kangana iki? ‘Kuronka imaragarita imwe y’igiciro kinini’ Kurondera ‘imaragarita y’igiciro kinini’ muri iki gihe Yehova yama nantaryo akora ibigororotse Ukuri kwoba kuriko kurama ivyamwa mu bo wigisha? “Mwame mugavye” Woha ikaze uwokugendera?