ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 83
  • Turakeneye ukwigumya

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turakeneye ukwigumya
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Turakeneye ukwigumya
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Twitwararike ivy’Impwemu Maze Tubeho!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2001
  • Ubumenyi bwanyu mubwongereko ukwigumya
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Kugira ngo utsindire agashimwe, nugaragaze ukwigumya!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 83

Ururirimbo 83

Turakeneye ukwigumya

Integuro icapuwe

(Abaroma 7:14-25)

1. Nimba dukunda Yehova, twoba

Abantu bigumya kuko duhuba.

Kwih’umubiri n’ubuhemu.

Tuzirikane ivy’impwemu.

2. Shetan’arondera kutugwisha,

N’icaha gishaka kuduhubisha.

Ukuri ni kwo kuturinda.

Ku bwa Yehova tuzotsinda.

3. Mu ngeso zacu twokwiyubara.

Tugumye twicunga vyomuhimbara.

Mu vyo dukora twihangane,

Ukwigumya tukugumane.

(Raba kandi 1 Kor. 9:25; Gal. 5:23; 2 Pet. 1:6.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika