ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 106
  • Turabe uko tugenda

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Turabe uko tugenda
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Umenya gute amasaha?
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2018
  • “Mwame Mugavye”, igihe c’urubanza cashitse!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2005
  • “Mwame Mugavye”!
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2003
  • Kubera iki dukwiye ‘kuguma turi maso’?
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 106

Ururirimbo rwa 106

Turabe uko tugenda

(Abanyefeso 5:15)

1. Turab’ingendo ntib’uruhendo,

Tube maso tugir’ubwenge,

Tugur’umwany’ubereye,

Ko Shetan’ar’urwenge.

Turab’ingendo ntib’uruhendo,

Tube maso tugir’ubwenge.

2. Turab’imvugo ntib’ikirego

Twamamaz’ingingo bafate.

Tubigishe Bibiliya

Tubafashe bihate.

Turab’imvugo ntib’ikirego,

Twamamaz’ingingo bafate.

3. Turab’ijambo turi kw’irembo

Ntirituk’abo ku muhana.

Kumwe kwa Kristu ragira

Intama, n’iz’Imana.

Turab’ijambo turi kw’irembo

Ntirituk’abo ku muhana.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika