ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ssb ururirimbo 1
  • ‘Mutima wanje, himbaza Yehova’

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • ‘Mutima wanje, himbaza Yehova’
  • Ririmbira Yehova amashemezo
  • Ivyo bijanye
  • Intahemuka zawe bazogushima
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Hezagira amakoraniro yacu
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Turindire Yehova
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Dutazire Imana yacu, yo Mwami
    Ririmbira Yehova amashemezo
Ibindi
Ririmbira Yehova amashemezo
Ssb ururirimbo 1

Ururirimbo rwa 1

‘Mutima wanje, himbaza Yehova’

(Zaburi 103)

1. Mutima wanje himbaza,

’Zina Yehova hezagira,

Umw’akur’intuntu yose,

’Bicumur’akarekurira.

Ntakaz’ishavu mu vy’akora,

’Mpuhwe ziramugobera.

Uwo wes’azomutinya,

’Buntu bwiw’azibonera.

2. Ku kigongwe n’umuvyeyi,

Tur’umukungug’arabizi.

Ntituzoteba kuyonga

Nk’amashurwe yo ku misozi.

Ubuntu bwinshi bwa Yehova

Abuh’abagamburuka.

Tuzobona gutungana

Nitwibuk’ivy’ategeka.

3. Yehova yashinz’intebe

Y’Ubwami mw’ijuru y’ubwiza.

Ubu rer’aganza vyose;

Ububash’aragaragaza.

Bamarayika biwe mwese,

’Zina Yehova shemeze.

Ngabo ziwe shemeze Ya,

Mutima we, muhimbaze.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika