ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • sn ururirimbo 8
  • Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
  • Turirimbire Yehova
  • Ivyo bijanye
  • Imfungurwa z’umukama zo ku Mugoroba
    Ririmbira Yehova amashemezo
  • Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba
    Turirimbire Yehova tunezerewe
  • Ubu rero turi umwe
    Turirimbire Yehova
  • Ubu rero tubaye umwe
    Turirimbire Yehova tunezerewe
Ibindi
Turirimbire Yehova
sn ururirimbo 8

Ururirimbo 8

Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba

Integuro icapuwe

(Matayo 26:26-30)

1. Yehova Dawe wo mw’ijuru,

Iri joro ni ryeranda!

Ku wa cumi na kane Nisani ni ho

Waboneka k’ur’indanga.

Umwagazi waciy’uribwa,

Israyel’ifat’inzira.

Mu nyum’Umukama yarabishikije

Mu kwemera akadupfira.

2. Dukoraniy’imbere yawe

Nk’intama mu ruhongore

Ngo dushim’urukundo watugiriye

Tuvug’ingen’ur’intore.

Turaguman’iki Cibutso

Mu bwenge no ku mutima.

Tuzoheza tugende twisunga Kristu

Tubone kuronk’ubuzima.

(Raba kandi Luka 22:14-20; 1 Kor. 11:23-26.)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika